more from
groundupmusic
/
  • Streaming + Download

    Includes unlimited streaming via the free Bandcamp app, plus high-quality download in MP3, FLAC and more.

      $1.29 USD  or more

     

  • Compact Disc
    Compact Disc (CD) + Digital Album

    Six Panel Digipak

    Includes unlimited streaming of Amkeni via the free Bandcamp app, plus high-quality download in MP3, FLAC and more.

    Sold Out

lyrics

Ntumbero. Ntumbero. Ntumbero. Jewe mfise, Mfis’intumbero.
Nshaka kuvugana nawe Yesu. (Kuko mfise). (Mfis’intumbero). Nshaka kuvugana nawe Yesu. (Kuko mfise). (Mfis’intumbero).
Ntumbero. Ntumbero. Ntumbero. Jewe mfise, Mfis’intumbero. Ntumbero. Ntumbero. Ntumbero. Jewe mfise, Mfis’intumbero.
Har’intumbero yo kuririmba. Har’intumbero yo gusenga. Har’intumbero yo gusigura. Har’intumbero yo kuririmba.
Intumbero yanje ndaririmba. Ndamuhesh’icubahiro uwaturemye. Habw’icubahiro uwicaye mwijuru. Kuriyantebe yimbabazi.
Amakungu yabimenye. Abagenzi babimenye. Turakwingize vugana natwe. Eh mana yacu. Wumv’Intumbero.
Ntumbero. Ntumbero. Ntumbero. Jewe mfise, Mfis’intumbero. Ntumbero. Ntumbero. Ntumbero. Jewe mfise, Mfis’intumbero. Ntumbero. Ntumbero. Ntumbero. Jewe mfise, Mfis’intumbero.
Ntumbero. Ntumbero. Ntumbero. Jewe mfise, Mfis’intumbero.

Translation
Reason. Reason. Reason. I sure have. I have a reason.
I need to speak with you Jesus. (Because I have). (I have a reason). I need to speak with you Jesus. (Because I have). (I have a reason).
Reason. Reason. Reason. I sure have. I have a reason. Reason. Reason. Reason. I sure have. I have a reason.
There is a reason I sing. There is a reason I pray. There is a reason I preach. There is a reason I sing.
The reason I sing. To glorify the creator. May you who seated in heaven. On the majesty seat be glorified.
Let everyone know. Let friends know. We ask you to speak with us. Oh our God. And hear the reason.
Reason. Reason. Reason. I sure have. I have a reason. Reason. Reason. Reason. I sure have. I have a reason. Reason. Reason. Reason. I sure have. I have a reason.
Reason. Reason. Reason. I sure have. I have a reason.

credits

from Amkeni, released July 30, 2013

tags

license

all rights reserved

about

Bukuru Celestin & Snarky Puppy Roanoke, Virginia

contact / help

Contact Bukuru Celestin & Snarky Puppy

Streaming and
Download help

Redeem code